IProvense ya Bururi

Imwe muntara 18 zigize igihugu c'u Burundi ikaba itumbereye mu bumanuko bw'ico gihugu. Ifise amakomine 5 ariyo Bururi, Songa, Rutovu, Mugamba hamwe na Vyanda From Wikipedia, the free encyclopedia

IProvense ya Bururi

Intara ya Bururi iri muntara cumi n'umunani zigize Uburundi. Igizwe n'amakomine atandatu ariyo: Bururi, Matana, Mugamba, Rutovu, Songa na Vyanda. Umugwa mukuru akaba ari Bururi. Bururi ihana urubibe n'intara ya Rumonge muburengero.

  • Abanyagihugu: 432.567 (2020)
  • Umurwa mukuru: Bururi
  • Uburinganire: Ibirometero kwadarato 1.644
Ibibanza vy'iratiro :
Thumb
IProvense ya Bururi

- suruse ya Nil na piramide mu Rutovu - amashuha mu Rutovu - ishamba c'imeza rya Bururi

Bururi izwi nk'intara yavuyemwo abakuru b'igihugu c'uburundi babasirikare inyuma y'ukwikukira kw'uburundi mu 1962. Batwaye bakurikirana guhera mu mwaka w'i 1966 gushika mu 1993 vyisubiriza kandi kuva mu 1996 gushika mu 2003.

Abo bakuru b'igihugu akaba araba bakurikira:

- Michel Micombero (1940-1983) - Jean-Baptiste Bagaza (1946-2016) - Pierre Buyoya (1949-2020)

Wikiwand in your browser!

Seamless Wikipedia browsing. On steroids.

Every time you click a link to Wikipedia, Wiktionary or Wikiquote in your browser's search results, it will show the modern Wikiwand interface.

Wikiwand extension is a five stars, simple, with minimum permission required to keep your browsing private, safe and transparent.