Amateke

From Wikipedia, the free encyclopedia

Amateke
Remove ads

Iteke (Colocasia esculenta) ni ikiribwa (igifungugwa) gikomoka ku mugabane wa Aziya yo mu buseruko bushira ubumanuko. Igiterwa c'iteke kirarimwa mu bice vyinshi vyo muri Afirika, ndetse na hano mu Burundi. Ico giterwa camira mu kuzimu gusa. Mu kugisoroma, barafurura mu kuzimu bagakurayo imyaho ( amagoma). Imyaho iba yakuriye kw'iteke ari ryo bita Igoma. Imyaho niyo bafungura bamanje kuyitegura mu guhwata hama bakayiteka. Amagoma rero niyo kandi aheza akaba imbuto igihe bakeneye gutera iteke.

Thumb
Amateke
Thumb
Amateke

Barafungura kandi amababi y'amateke nayo nyene babanje kuyategura mu kuyateka na Cane Cane babanza kuyanikira. Afungurwa nk'imbogaboga, bakayita Igitikatika.

Thumb
Araceae Colocasia esculenta 1
Remove ads
Loading related searches...

Wikiwand - on

Seamless Wikipedia browsing. On steroids.

Remove ads